Umuco w'ukuri-Aletheia

Umuco w'ukuri-Aletheia Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Umuco w'ukuri-Aletheia, College & University, Nicosia.

🔴Follow us:
============

Instagram: Umuco w'ukuri-Aletheia

TIKTOK: Umuco w'ukuri-Aletheia

YouTube: Umuco w'ukuri-Aletheia

WhatsApp number: +257 66 919 751

06/08/2026

🤌🏿Bumbwa nivyo ufise (Imana)//✍🏻Prophet Evrard Sinagaye

03/08/2026

Amen🔥🙌🏻

03/07/2026

Bantu bo mu gisagara ca Rumonge no mu micungararo yaho, vyabihe vy'impemburo, vya bihe vy'umuvyuro, vya bihe vyo gukira no kubohoka mu buryo bwinshi, vyabihe vyo kwakira ubuzima, vyabihe vy'ukugaragara kw'ubwiza bw'Imana biragarutse kandi ubu ni imisi ibiri. Tumira incuti n'abagenzi, baba abari no mu mahanga, tubabwire ko isango ari kuwa 17 na 18 MUKAKARO 2026, kuri Stade Rumonge.

Kaze kaze kaze!!

Mwarahezagiwe cane!!!!

‼‼RUMONGE RUMONGE uragenderewe ubugira kandi...IGIKORANE Kidasanzwe kizoba kuruwo munsi, muzozane Abarwaye, ababoshwe, a...
04/06/2026

‼‼RUMONGE RUMONGE uragenderewe ubugira kandi...IGIKORANE Kidasanzwe kizoba kuruwo munsi, muzozane Abarwaye, ababoshwe, abafise ibibazo bitandukanye kuko YESU ariteze kubakorako🔆

23/03/2026

*PROPHETIC DECLARATION*


Aletheia🔟Anniversary celebration🎉Imyaka 10...y'ubuntu bw'Imana!Imyaka 10…y'ubwizigirwa bw'Imana!Imyaka 10...y'ukugira ne...
23/03/2026

Aletheia🔟Anniversary celebration🎉
Imyaka 10...y'ubuntu bw'Imana!
Imyaka 10…y'ubwizigirwa bw'Imana!
Imyaka 10...y'ukugira neza kw'Imana!

📍Kinindo Avenue du Large-Avenue Ndamukiza (Hafi y'i Hoteli King's Conference).

📅18.04.2026


🔟Anniversary
'sUnlimitedFavor

21/03/2026

Erega nuno munsi....Tugendeee🤲🏻🔥

12/03/2026

📣MEN'S CONFERENCE‼️‼️

✍🏿Icivugo: Abica ibigatanya

📅Igenekerezo rya 21 Ntwarante 2026

⌚Guhera isaha umunani (14h).

📍Mu Kinindo-Salle St Jean Paul 2 hepfo y'i Hoteli King's Conference Center.



️⃣

07/03/2026

Pr Evrard Sinagaye is my version in Burundi🇧🇮, Apostle Grace Lubega from Phaneroo 🇺🇬 Said...

16/02/2026

PROPHETIC DECLARATION📜


Address

Nicosia
NICOSIA

Opening Hours

Wednesday 17:00 - 19:30
Sunday 09:00 - 12:00

Telephone

+25766919751

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Umuco w'ukuri-Aletheia posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The University

Send a message to Umuco w'ukuri-Aletheia:

Shortcuts

Share